Publicidade

Mateus 16

15 Aca arababaza ati: "None mweho, muvuga ko ndi nde?"

16 Simoni Petero aramwishura ati: "Uri Kristo, Umwana w’Imana nzima."

17 Yesu nawe aca amubwira ati: "Uri umuhirwe, Simoni mwene Yona, kuko ivyo ntubihishuriwe n’umuntu buntu afise inyama n’amaraso gusa, ariko ni Data wo mw’ijuru abiguhishuriye.

Veja também

Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-04_21-26-40-