Pular para o conteúdo
Publicidade

Mateus 2

5 Baramwishura bati: "Ni i Betelehemu mu ntara ya Yudaya, kuko ari ko vyanditswe n’uwavugishwa n’Imana ngo:

6 Kandi wewe, Betelehemu mu ntara ya Yudaya,

nturi mutoya mu bisagara vya Yudaya,

kuko muri wewe hazokomoka umurongozi

azoragira ubwoko bwanje bwa Isirayeli.2:6 Mika 5:2"

Veja também