Pular para o conteúdo
Publicidade

Matayo 23

23 Muzobona ibara yemwe bigisha b’ivyagezwe n’Abafarisayo, kuko muri indyarya! Mutanga ikigiracumi kuri vyose gushika no ku mboga zo mu matongo yanyu, ariko mukirengagiza ibikomeye vyo mu vyagezwe ari vyo: ukugororoka, imbabazi, n’ukwizera. Ibi mwari mukwiye kubikora, n’ivyo bindi mutavyirengagije.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também