Pular para o conteúdo
Publicidade

Matayo 24

45 Mbega umukozi w’umwizigirwa kandi w’umunyabwenge ni nde? Ni uwo shebuja ashobora guha ubukuru bwo kuganza abandi bakozi no kubagaburira mu gihe gikwiye. 46 Azoba ahiriwe uwo mukozi shebuja azosanga akora gutyo niyagaruka. 47 Ndababwire ukuri, azoshika amuzeza ivyo atunze vyose. 48 Ariko vyogenda gute hamwe yoba ari umukozi mubi, maze akibwira mu mutima wiwe ati: Databuja yatevye kugaruka, 49 hanyuma agatangura gukubita abakozi bagenziwe, kurya no kuborerwa hamwe n’izindi mborerwa? 50 Shebuja azoshika umusi uwo mukozi atari yiteze ko ashikirako, no kw’isaha atazi. 51 Azomuhimbagura hanyuma amusangize ikibanza n’indyarya, ahazoba amarira no guhekenya amenyo ku bw’umubabaro mwinshi."

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também