Publicidade

Mateus 27

51 Uwo mwanya nyene, igitambara co mu rusengero gitandukanya Ahera n’Ahera Cane gitabukamwo kubiri kuva hejuru gushika hasi. Isi iranyiganyiga, ibitandara birasatagurika, 52 imva ziruguruka kandi imibiri myinshi y’abera irazuka. 53 Bava mu mva, kandi Yesu amaze kuzuka, binjira i Yerusalemu, igisagara cera, babonekera abantu benshi.

54 Intwazangabo y’Umuroma n’abasoda yari arongoye mu gucunga Yesu, babonye ukunyiganyiga kw’isi hamwe n’ibibaye vyose, bafatwa n’ubwoba bwinshi, bavuga bati: "Ni ivy’ukuri uwu yari Umwana w’Imana!"

Veja também

Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-29_22-07-56-