59 Yosefu afata ico kiziga, akizingira mu gitambara cera, 60 hanyuma agishira mu mva nshasha yari aherutse kwiyimbishiriza mu gitandara. Nuko aca atembagariza ikibuye kinini ku muryango w’iyo mva arayugara.
Publicidade

+581 estão orando agora.
Junte-se à corrente de oração.