Yohana Umubatizi ategurira Yesu inzira
1 Muri iyo misi haza Yohana Umubatizi, yigishiriza mu bugaragwa bw’i Yudaya, 2 avuga ati: "Nimwihane kuko Ubwami bw’ijuru buri hafi."