Yesu avuga ibijanye n’Ivyagezwe
17 Ntimwibaze ko nazanywe no gukuraho Ivyagezwe canke ivyanditswe n’abavugishwa n’Imana. Oya sinazanywe no kubikuraho, ahubwo nazanywe no kubishitsa.