Pular para o conteúdo
Publicidade

Mateus 5

44 Jeho ndababwiye nti: mukunde abansi banyu kandi musengere ababagirira nabi, 45 kugira ngo mumere nk’abana ba Data wo mw’ijuru, kuko atuma izuba ryiwe ryakira ababi n’abeza akagwishiriza imvura abagororotse n’abatagororotse.

Veja também