6 Ariko nshaka ko mutahura ko Umwana w’Umuntu afise ububasha kw’isi bwo guharira ivyaha." Nuko abwira uwo muntu amugaye ati: "Haguruka, ikorere inderuzo yawe, witahire."