Mikayeli Atsinda Ikiyoka
7 12:7 Yuda 1:9. Nuuko habaho intambara mu ijuru. Mikayeli n’abaamalayika be barwanya ca kiyoka. Ikiyoka na co ciifatanya n’abaamalayika baaco kubarwanya,