Pular para o conteúdo
Publicidade

Mateus 26

75 Petero aca yibuka ivyo Yesu yari yamubwiye ati: "Isake itarabika, uja kuba umaze kunyihakana gatatu kose, uvuga ko utanzi." Aca aja hanze araturikisha ararira cane.

Veja também