Pular para o conteúdo
Publicidade

Matayo 27

33 Nuko bashika ahantu hitwa Gologota bisigura "Ahantu h’Agahanga". 34 Abasoda bamuha umuvinyu w’inkarisha, ariko amaze kuwumviriza, yanka kuwunywa. 35 Bamubamba ku musaraba, bagabura impuzu ziwe bakoresheje ubupfindo,

Veja também