Yesu ageragezwa na Satani
1 Hanyuma Yesu aca ajanwa na Mpwemu mu bugaragwa kugira ngo ageragezwe na Satani. 2 Amaze imisi mirongo ine n’amajoro mirongo ine ata co arya kandi ata co anywa, yumva arashonje.