Pular para o conteúdo
Publicidade

Mateus 5

Kwahukana ntikwemewe

31 Vyaravuzwe mu vyagezwe ngo: Umuntu niyirukana umugore wiwe, ategerezwa kumuha urwandiko rwemeza ko bahukanye. 5:31 Gusubiramwo 24:1 32 Ariko jeho ndababwira yuko umuntu wese yirukana umugore wiwe atamuhoye ubusambanyi, aba amutumye gusambana kandi uwurongoye umugore yahukanye, na we aba asambanye.

Veja também