9 Mukwiye gusenga muvuga muti:
Data wa twese uri mw’ijuru,
izina ryawe niryubahwe,
10 Ubwami bwawe buze,
ivyo ugomba bibe
mw’isi nk’uko biba mw’ijuru.
9 Mukwiye gusenga muvuga muti:
Data wa twese uri mw’ijuru,
izina ryawe niryubahwe,
10 Ubwami bwawe buze,
ivyo ugomba bibe
mw’isi nk’uko biba mw’ijuru.