Publicidade

Mateus 3

16 Yesu amaze kubatizwa, aca ava mu mazi. Uwo mwanya nyene, ijuru riruguruka, abona Mpwemu w’Imana amanuka mw’ishusho y’inuma ashika kuri we. 17 Hanyuma ijwi ryumvikana rivuye mw’ijuru rivuga riti: "Uwu ni Umwana wanje nkunda, akampimbara."

Veja também

Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-22_10-02-25-