Publicidade

1 Coríntios 6

9 Ntaabwo muuzi neeza yuuko inkozi z’ibibi zitazaaragwa Ubwami bw’Imaana? Muramenye ntimwibeeshe! Inkozi z’ibibi, abasenga ibishushaanyo, abasambanyi basanzwe n’abakora ibitingwa, 10 abajuura, abanyamururu, abasinzi, abatukana, n’abambuzi, abo boose ntibazaaragwa Ubwami bw’Imaana.

Veja também

Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-22_10-02-25-