Pular para o conteúdo
Publicidade

1 Reis 19

5 Aca aryama musi y’ico giti, arasinzira.

Ariko agisinzira, haza umumarayika aramukoma, amubwira ati: "Vyuka urye." 6 Yikanguye abona umutsima ugeretse ku makara yaka, hamwe n’agakarabo k’amazi. Ararya, anywa n’ayo mazi, aca arasubira ariryamira.

Veja também