3 Umumarayika w’Uhoraho abonekera uwo mugore, amubwira ati: "Naho uri ingumba ata mwana ufise, ugiye gusama inda, uvyare umwana w’umuhungu.