16 Ico kinyamaaswa gihata abantu boose, abooroheje n’abakomeye, abakire n’abakene, abiigenga n’imbaata, gushirwaho ikimenyeetso ku kiganza c’iburyo cangwa ku ruhanga, 17 kugira ngo hatagira uweemererwa kugura cangwa kuguriisha adafite ico kimenyeetso, ari co zina ry’ico kinyamaaswa cangwa umubare uhagarariye iryo zina.
Publicidade
IBYAHISHUUWE 13
Estes versículos te tocaram? Ore agora!
+581 estão orando agora.
Junte-se à corrente de oração.