Pular para o conteúdo
Publicidade

IBYAHISHUUWE 13

16 Ico kinyamaaswa gihata abantu boose, abooroheje n’abakomeye, abakire n’abakene, abiigenga n’imbaata, gushirwaho ikimenyeetso ku kiganza c’iburyo cangwa ku ruhanga, 17 kugira ngo hatagira uweemererwa kugura cangwa kuguriisha adafite ico kimenyeetso, ari co zina ry’ico kinyamaaswa cangwa umubare uhagarariye iryo zina.

18 Aha hiifuuzwa ubwenge bwinshi. Umunyabwenge reero n’abare umubare w’ico kinyamaaswa kuko ari umubare uhagarariye izina ry’umuntu. Umubare waaco ni magana atandatu mirongo itandatu n’itandatu.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também