Publicidade

João 17

15 Singusaba ko ubakuura ku isi, ahuubwo ndagusaba kubarinda Umubi. 16 Ntaabwo ari ab’isi, nk’uko nanje ntari uw’isi. 17 Beereze mu kuri, ijambo ryawe ni ukuri. 18 Uko wantumye ku isi, nanje ni ko nabatumye ku isi.

Veja também

Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-05_19-25-13-