22 Icuubahiro wampaaye nanje narakibahaaye, kugira ngo babe umwe nk’uko naatwe turi umwe. 23 Nje mba muri bo, naawe uba muri nje, kugira ngo babe umwe burundu, maze isi imenye ko wantumye, kandi ko wabakunze nk’uko wankunze.
Publicidade

+581 estão orando agora.
Junte-se à corrente de oração.