Kuzuuka kwa Yesu
1 Mu gitondo co ku c’umweru, Mariya Magadaleena azindukira ku mva butaraatandukana, maze asanga rya buye ryavanywe ku mva.