Pular para o conteúdo
Publicidade

1 Abami 17

12 Na we aramwishura ati: "Ndakurahiye ukubaho kwUhoraho Imana yawe, nta mukate ngira. Aha mfise agafu gakeya gasigaye mu gaseke, n’utuvuta dukeya mu gikombe. Aha rero ndiko ndegeranya udukwi kugira ngo ducumbe twe n’umuhungu wanje, turye ubwa nyuma, hanyuma dupfe."

Veja também