12 Inyuma ya nyamugigima haza umuriro, ariko Uhoraho ntiyari muri uwo muriro. Inyuma y’uwo muriro haza agacere, humvikana ikimeze nk’akajwi gatoya kongorera. 13 Eliya akumvise yiyambura umutamana awitwikira mu maso, aca ariruka ahagarara ku rwinjiriro rw’iryo senga.
Aca yumva ijwi rimubaza riti: "Eliya, aha uhakora iki?"