Pular para o conteúdo
Publicidade

2 Abami 13

21 Umusi umwe hari Abisirayeli bariko barahamba umuntu, maze baja babona umugwi w’abasuma, baca baterera ikiziga ca wa muntu mu mva ya Elisa. Ca kiziga gikoze ku magufa ya Elisa, uwo muntu aca asubira kuba muzima, arahagarara.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também