Pular para o conteúdo
Publicidade

Yosuwa 14

10 None rero, nk’uko Uhoraho yabinsezeraniye, yarazigamye ubugingo bwanje imyaka mirongo ine n’itanu kuva igihe yabwira Mose ivyo, igihe Abisirayeli bariko barayerera mu bugaragwa. Uyu musi maze imyaka mirongo umunani n’itanu. 11 Ndacafise inkomezi nk’izo nari mfise igihe Mose yandungika, kandi ndacaja mu ntambara nk’uko nari meze ico gihe.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também