Pular para o conteúdo
Publicidade

Abalewi 13

45 Umuntu azoba afise imibembe nk’iyo aze yambare impuzu zitabaguritse, ntaze asokoze umushatsi wiwe, kandi aze yipfuke ku munwa agende arasemerera ati: Ndahumanye! Ndahumanye!46 Aze agume ahumanye igihe cose azoba akigwaye. Azobe ukwiwe, inyuma y’aho mucumbitse.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também