Pular para o conteúdo
Publicidade

Abalewi 25

35 Umuntu wo mu bwoko bwanyu niyakena ntashobore kuronka ikimutunga kimubeshaho, muze mumufashe nk’uko mwobikorera umunyamahanga canke inyambukira iri muri mwebwe, kugira ngo ashobore kubaho muri mwebwe. 36 Ntimuze murondere kumuronkako inyungu iyo ari yo yose, ariko muze mwubahe Imana yanyu, kugira ngo uwo muntu wo mu bwoko bwanyu ashishikare kuba muri mwebwe.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também