Pular para o conteúdo
Publicidade

João 10

14 10:14 Mat 11:27; Luk 10:22.Ni nje mushumba mwiza. Intaama zanje ndaziizi kandi na zo zikaamenya, 15 nk’uko Daata anzi kandi nanje nkamenya Daata. Ndetse neemera gupfiira intaama zanje. 16 Mfite n’izindi ntaama zitari izo muri uyu mukumbi. Na zo ngomba kuziizana, maze zikazumva ijwi ryanje. Nuuko hakabaho umukumbi umwe, n’umushumba umwe.

Veja também