Pular para o conteúdo
Publicidade

YOHAANA 12

30 Yesu arabasubiza ati, "Iri jwi riije ku bwanyu, si ku bwanje. 31 Ubu igihe co guciira isi urubanza kirageze. Umutware w’iyi si agiiye kuneeshwa. 32 Nanje niimara kumanikwa heejuru y’isi, nziirehereza abantu boose ngo baaze aho ndi."

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também