Publicidade

João 15

9 Uko Daata yankunze, ni ko nabakunze. Nimugume mu rukundo rwanje. 10 Nimwubaha amategeko yanje, muzaaguma mu rukundo rwanje, nk’uko nanje nuubaha amategeko ya Daata, maze nkaguma mu rukundo rwe.

Veja também

Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-05_19-25-13-