Pular para o conteúdo
Publicidade

YOHAANA 18

36 Yesu aramusubiza ati, "Ubwami bwanje ntaabwo ari ubwo kuri iyi si. Iyo Ubwami bwanje buba ari ubwo kuri iyi si, abiigiishwa banje baba bandwanyeho kugira ngo ntashikirizwa Abayuuda. Ariko uko bimeze, Ubwami bwanje ntaabwo ari ubwa hano."

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também