Pular para o conteúdo
Publicidade

YOHAANA 6

39 Kandi ico uwantumye ashaaka ni ukutagira n’umwe nzimiza mu bo yampaaye, ahuubwo ngo nzamuzuure ku munsi wa nyuma. 40 Iki ni co Daata ashaaka koko, kugira ngo abo boose babona Umwana bakamwizeera, bazaahaabwe ubugingo budashira, maze nkazaabazuura ku munsi w’imperuuka."

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também