34 Ariko Dawidi yishura Sawuli ati: "Jewe umusavyi wawe nsanzwe ndagira intama za data. Iyo intambwe canke idubu ije kwiba intama yo mu mukuku, 35 nca ndayikurikira, nkayigwanya, nkayiyikura mu kanwa. Yampindukirira, nkayifata mw’izosi nkayigwanya nkayica. 36 Jewe umusavyi wawe ko nishe intambwe n’idubu, n’uwo Mufilisitiya w’intakebwa araba nka kimwe muri ivyo, kuko yacokoye ingabo z’Imana nzima.
Publicidade