11 Isandugu y’Imana irafatwa, na Hofuni na Finehasi bene Eli barapfa.
17 Wa muntu yazanye inkuru arishura ati: "Abisirayeli bahunze imbere y’Abafilisitiya, kandi hapfuye abasoda benshi cane. Mbere n’abahungu bawe bompi, Hofuni na Finehasi bapfuye, n’Isandugu y’Imana bayitwaye."
22 Aravuga ati: "Icubahiro cavuye kuri Isirayeli ko Isandugu y’Imana yafashwe."