Publicidade

Lucas 2

4 Yozefu na we kuko yari akomooka mu muryango wa Dawudi, ava mu tawuni y’i Nazaareeti muri Galileeya, aja kwandikirwa i Beetelehemu muri Yudeeya itawuni ya Dawudi. 5 Ajaana na Mariya wo yari aseezeranyije baja kwiyandikiisha, kandi ico gihe Mariya yari atwite yegeereje igihe co kubyara.

Veja também

Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-22_10-02-25-