Pular para o conteúdo
Publicidade

1 Abami 1

11 Maze Natani abaza Batisheba nyina wa Salomo ati: "Mbega woba wumvise ko Adoniya umuhungu wa Hagiti, yiyimitse nk’umwami, umwami wacu Dawidi atabizi? 12 Reka rero ndakugire inama y’ukuntu worokora ubuzima bwawe n’ubwumuhungu wawe Salomo. 13 Genda ku mwami Dawidi umubwire uti: Mwami wanje, mbega ntiwandahiye uti: "Ni ukuri umuhungu wawe Salomo ni we azonsubirira yicare ku ntebe y’ubwami bwanje"? None ni kubera iki Adoniya ari we yabaye umwami?

Veja também