30 Eliya aca abwira abantu ati: "Nimwegere hano mwese!" Baramwegera, na we asanura igicaniro c’Uhoraho cari carasenyutse.