9 None rero mpa umutima w’ubwenge, kugira ngo nshobore kurongora ubwoko bwawe no gutandukanya iciza n’ikibi. Mbega none ni nde yoshobora kuganza ubu bwoko bwawe bwinshi bungana gutya?"