26 nyina wiwe aramubwira ati: "Nyakwubahwa, urakaramba! Ndi wa mugore nahagarara i ruhande yawe nsenga Uhoraho. 27 Nariko ndasaba uwu mwana, none Uhoraho yampaye ico namusavye. 28 None ubu ndamushikaniye Uhoraho. Ubuzima bwiwe bwose azoba ari uw’Uhoraho." Maze bapfukamira Uhoraho baramusenga.
Publicidade