Publicidade

2 Reis 3

6 Umwami Yehoramu ava i Samariya, aca akoranya abasoda ba Isirayeli bose. 7 Yongera arungikira ubutumwa Yehoshafati umwami w’i Buyuda ati: "Umwami w’i Mowabu yangararije. Mbega ubona woza kumfasha tugatera Mowabu?"

Aramwishura ati: "Nzogufasha, kuko urazi ko turi bamwe, abasoda banje ndabaguhaye, n’amafarasi yanje yose ndayaguhaye."

Veja também

Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-05_12-11-46-