Publicidade

Josué 6

1 Kandi ico gihe, igisagara c’i Yeriko cari cugawe bikomeye kubera gutinya Abisirayeli. Nta muntu yasohoka canke ngo yinjire.

2 Maze Uhoraho abarira Yosuwa ati: "Ehe raba nshize Yeriko mu maboko yanyu, hamwe n’umwami waho n’abasoda baho bahambaye. 3 Mwe n’ingabo zawe nimuzunguruke igisagara rimwe gusa ku musi, muzobikore imisi itandatu. 4 Muzojane n’abaherezi indwi bitwaje inzamba zikozwe mu mahembe y’intama, bagendere imbere y’Isandugu. Ku musi ugira indwi, muzozunguruke ico gisagara incuro indwi, abo baherezi bariko baravuza izo nzamba. 5 Nimwumva abaherezi bavugije inzamba n’ijwi rirengera, abasoda bose bazoce na bo bashira ijwi hejuru basemerere cane, inzitiro z’igisagara zizoca zisenyuka, abantu bose bazoce binjira, umwe wese yinjirire aho azoba atumbereye."

6 Nuko Yosuwa mwene Nuni aca akoranya abaherezi, ababwira ati: "Nimurerure Isandugu y’Isezerano yUhoraho, abaherezi indwi bo muri mwebwe batware inzamba bagendere imbere yayo." 7 Aca ategeka abasoda ati: "Genda! Nimuzunguruke igisagara, kandi habeho ingabo zigendera imbere y’Isandugu y’Isezerano yUhoraho."

Veja também

Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-05_12-11-46-