Publicidade

Lucas 22

19 Yesu afata umugaati, ashiima Imaana, arawumanyagura maze aheereza abiigiishwa be avuga ati, "Uyu mugaati ni umubiri wanje utanzwe ku bwanyu. Muje muhora mugenza mutya kugira ngo munyibuke."

20 Bamaze kurya, Yesu afata igikopu ca divaayi nk’uko yari yafashe umugaati aravuga ati, "Iki gikopu ni iseezerano risha Imaana iseezerana n’abantu ku bw’amaraso yanje azaamenwa ku bwanyu.

Veja também

Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-29_22-07-56-