Pular para o conteúdo
Publicidade

1 Crônicas 4

10 Yabesi atakambira Imana y’Abisirayeli ati: "Icompa ukampezagira ukanyagurira intara yanje! Ukuboko kwawe kukabana nanje, ukandinda ikibi cose kugira ngo ntikimbabaze." Maze Imana imuha ivyo yasavye.

Veja também