Pular para o conteúdo
Publicidade

1 Samweli 20

41 Wa muhungu amaze kugenda, Dawidi aranyeguruka ava mu bumanuko bwa rya buye yunamira Yonatani gatatu, akoza umutwe hasi. Baca baragumbirana bararira ariko Dawidi arira cane.

42 Yonatani aravuga ati: "Genda amahoro, kuko twasezeranye mw’izina ryUhoraho ko tuzoba abagenzi, tukavuga tuti: Uhoraho ni we cabona hagati yawe nanje, no hagati y’uruvyaro rwawe n’urwanje ibihe vyose.’ " Nuko Dawidi aragenda, Yonatani na we asubira mu gisagara.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também