Pular para o conteúdo
Publicidade

1 Ngoma 28

9 Nawe, Salomo mwana wanje, menya Imana ya so, uyikorere n’umutima wawe wose kandi ubikunze, kuko Uhoraho asesa umutima wose kandi azi ivyo umuntu yiyumvira akagabira. Niwamurondera, uzomubona; ariko niwamutera ibitugu, na we azoguta ibihe vyose.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também