Pular para o conteúdo
Publicidade

1 Samweli 17

45 Dawidi na we abwira wa Mufilisitiya ati: "Uje kungwanya witwaje inkota n’icumu n’ikimito, ariko jeho nje kukugwanya mw’izina ryUhoraho Mushoboravyose, Imana y’ingabo z’Abisirayeli wacokoye.

Veja também